Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yarakiriye umugwizatunga Aliko Dangote na Olusegun Obasanjo
Автор: Ntare Rushatsi House TV
Загружено: 2026-02-08
Просмотров: 75
Описание: Kuwa 7/2 /2026 harabaye umubonano w'umwizero,wahuje Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye, Umukuru w'iguhugu c'Uburundi n'umugwizatunga rurangiranwa muri Afrika Aliko Dangote, ku ncuro yiwe ya mbere agendera u #Burundi,mu rugendo rw'abagwizatunga ba Nigeriya barongowe n'uwahoze atwara ico gihugu Nyenicubahiro Olusegun Obasanjo
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: