Inyuma y’imyaka indwi yitwa ingumba. yashinze intahe ikomeye amaze imyaka icumi yitwa umuvyeyi
Автор: ASANTE YESU TV
Загружено: 2026-01-31
Просмотров: 847
Описание:
Intahe ikomeye cane isubiza ivyizigiro kubihebuye ko bitagishoboka Imana yacu ntihemuka kandi igihe cayo kigeze irishura nturambirwe kubwira isengesho ryawe Imana. Uyumuvyeyi yaracokowe ko atavyara akomeza gusenga ntiyigeze adendebukirwa ahubwo yabandanije kuyikorera asenga yizeye ko ninyuma ya zero ikora.
kaze tunezeranwe namwe mu gukurikirana ubutumwa indirimbo intahe nibindi bitandukanye kuri ASANTE YESU TV kuri youtube no kuri facebook
@neemagospeltv @UMUCOWERATV2021 @AdonaiTv-po6gk @burundigospeltv @jehovahjirehchoir @HIMBAZATV @himbazatv5144 @RedBlueJD
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: