INTAHE: Uko Natakaje $12 000 Muri Business Ya Scam Muri 2021 Ntaramenya Digital Marketing Buz Part 1
Автор: Coach Japhet Official
Загружено: 2026-02-03
Просмотров: 381
Описание:
#scambusiness #ubusuma #amafaranga #intahe #coachjaphet
Mu 2021 naratakaje 12,000$ mu business ya online yari scam.
Muri iyi video, ndasangira inkuru yanje yose uko iri, ivyambayeko, n’icigwa gikomeye navuyemwo.
Iyi video igenewe abantu bo mu Burundi, Rwanda, Afrika no muri diaspora barondera business ya online legit, itari scam, kandi itagusaba guheba akazi kawe ubwo nyene.
Nimba ushaka kumenya vyinshi kuri digital marketing business model ndiko ndakora, raba link iri musi canke wandike SYSTEM mu comments.
👉🏽 Ntusubire gukora ikosa nagize.
👉🏽 Hitamwo system ishobora guhindura ubuzima bwawe
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: