Kworoha(Kwiyorosha) mu mutima//Pasteur Gérard BAKUNDUKIZE
Автор: Neema Gospel tv
Загружено: 2026-01-27
Просмотров: 1910
Описание:
Ubutumwa bwashikirijwe na Pasteur Gerard BAKUNDUKIZE ku wa 18 Nzero 2026 mw'Ishengero rya Pentekoti,ububwiriza bwa Kinama.
Mwipfuza kuyaga natwe kuri telefone mwokwifashisha iyi numéro +25762924265 canke +25779476307 (Appel & Whatsapp) ariko kandi mwonatwandikira kuri Email yacu: [email protected] . Ivyiyumviro vyanyu,intererano zanyu kubw'ibiganiro n'ubutumwa tubashikiriza,vyose birahawe ikaze kubwo gutegura umugeni wa Kristo Yesu
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: