Domitien Ndayizeye,Sylvestre Ntibantunganya bahambije Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ,...
Автор: Indundi TV
Загружено: 2024-12-17
Просмотров: 6378
Описание: #indundinews : Umwina w'amaronko urabuza abarundi bamwe bamwe kurwanya ubukene nk'uko bivugwa n'abahoze barongoye igihugu c'#Uburundi #Sylvestre_Ntibantunganya na #Domitien_Ndayizeye mu kiganiro bagiranye n'umukuru w'igihugu #Evariste_Ndayishimiye. Umukuru w'igihugu abona ko abarenga ku mategeko ari abansi b'igihugu. Abo bahoze ari abakuru b'igihugu cacu bahamagarira kurwanya igiturire no gushira ku murongo inzego zimwe zimwe z'igihugu hamwe no kwigisha cane urwaruka kugira ngo imbono ya kazoza yo guteza imbere igihugu ishoboke.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: