INDIRIMBO ZOSE ZA CHORALE NGOMA GASHIKANWA:IZINA RY'UHORAHO RIRI HEJURU YA VYOSE
Автор: Gospel of Peace Tv
Загружено: 2022-06-12
Просмотров: 27171
Описание:
AHO UKWIYE GUHIGIRA IBIFASHA UMUTIMA, BIGASUBIZA INTEGE MU BUGINGO
Intahe,indirimbo ,amakuru yivya Yesu
ubutumwa bwiza bubohora bugatanga ihumure n'amahoro mu mutima w'umuntu wese mu
Gutera intege abaruhijwe n'urugendo
Mu kwirura abihevye ,
N'abafise integenke z'umutima
No kumenyesha abantu ko agakiza ari uguharirwa ivyaha.
Nimba biguhimbaye ifatanye natwe mugukora subscribe kuri iyi channel yacu fyonda A-ha / @gospelofpeacetv3
kugira ngo woroherwe mugukurikira ibiganiro dutanga
Yesu abahezagire cane
Kuwifuza kubaza canke kutwunganira arashobora kuturondera kuriyi numero
#+25769883071
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: