Narimfise Indwara Yo Kwiyagaza Buri Minota 2… Ariko Isengesho rwankijije! 🙏
Автор: Pastor Nitezuwera Justin
Загружено: 2026-01-09
Просмотров: 116
Описание:
🌟 NTAHE — Imana Yankijije Indwara Yo Kwiyagaza
Nari mfise indwara ikomeye cane yo kwiyagaza, ku buryo buri minota 2 nahoraga nkeneye kujya kwiyagaza. Vyari bigoye cane mu buzima bwanje bwa buri musi, mu kazi, no mu mibano n’abandi.
Ariko igihe nasengegwe,
👉 ico ndwara yarahise irangira,
👉 umubiri wanje warasubiye mu ngiro zawo zisanzwe,
👉 ubu ndabaho mu mahoro kandi ndashima Imana.
Iyi ni ntahe ikomeye yerekana ko Imana igikiza n’ubu, kandi ko nta ndwara igora Imana.
🙏 Nimba ukeneye isengesho, andika mu comments ico wipfuza.
👍 SUBSCRIBE — LIKE — COMMENT — SHARE
Sangiza kugira n’abandi bafashwe.
MWARA HEZAGIWE 🙏❤️
#Intahe
#Ukukizwa
#ImanaIrakiza
#Amasengesho
#Kwizera
#ChristianTestimony
#Healing
#ImanaIrakora
#Faith
#Isengesho
@poweroftheword2505
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: