Umuntu wese aziko harico yatwaye Reta kidaciye mu mategeko agisubize hakiri kare!
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2024-06-01
Просмотров: 11198
Описание: #Burundi: Ni igiki co korwa kugira ngo ntihazosubire kwibonekeza abakozi ba Reta bahembwa kandi batabaho ibituma Reta ihahombera amafaranga menshi? Kurikirana ikiganiro Umushikiranganji w'abakozi n'akazi Venuste Muyabaga yagiranye n'abajejwe abakozi ( Ressources Humaines ) mu bushikiranganji butandukanye.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: