#intahe
Автор: Umwungere TV
Загружено: 2026-02-22
Просмотров: 22
Описание:
😳 Abantu benshi bari muri stress batabizi… ariko inyishu irahari!
Muri iki kiganiro Prof.Dr David aravugisha ukuri kudasanzwe ku buzima bwiwe kuva mu bwana, umuhamagaro wiwe, amakanguro yabaye mu Burundi, hamwe n’ibanga ry’ukuntu umuntu yobaho adatsinzwe na stress n’ingorane z’ubuzima.
🔥 Muri iyi video uramenya:
✅ Ikintu cahinduye ubuzima bwa Dr David burundu
✅ Ivyigwa Uburundi bukura mu makanguro yabaye
✅ Impamvu ishengero rikeneye ikanguro uyu munsi
✅ Ibimenyetso vyerekana ko stress igutwara buhoro buhoro
✅ Uburyo bworoshe bwo gusubirana amahoro yo mu mutima
⚠️ Ushobora kwisanga muri iki kiganiro kurusha uko uvyibaza…
👍 Like | 💬 Comment | 🔔 Subscribe kuri Umwungere TV kugira wakire ibiganiro vyubaka ukwizera n’ubuzima bwa misi yose.
#ikiganiro #stress #Ikanguro #ubuzima #christiantalk @UmwungereTV #burundi #inyigisho #david
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: