💔 Yamukunze rwose ariko ntiyipfuza ko abandi babimenya | Urukundo rw’ibanga – AGASOBANUYE KUBWENGE
Автор: AGASOBANUYE KUBWENGE
Загружено: 2025-06-22
Просмотров: 2754
Описание:
Umuhungu yakunze umukobwa ariko amuhishira urukundo rwiwe kubera abagenzi n’abandi bantu bamuraba. Mbega urwo rukundo rw’ibanga ruzoshika he? Raba uko vyagenze muri iyi nkuru iteye ubwoba kandi yuzuyemwo amarangamutima.
👉 Subira kureba izindi nkuru z’urukundo rw’ibanga hano: [ • Inkuru z’urukundo rw’ibanga ]
👉 Ntiwibagire gusubscribe kugira ntuzocikwe n’inkuru nshasha.
🎬 AGASOBANUYE KUBWENGE – Inkuru z’urukundo zituma wibaza, ukarushaho gutahura ubuzima.
#Agasobanuyekubwenge #InkuruZurukundo #Shortfilm
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: