IRATABARA - Fortran Bigirimana (Official Live Video)
Автор: Fortran Bigirimana
Загружено: 2025-10-16
Просмотров: 127454
Описание:
Follow us on:
Instagram: / fortranbigi. .
Facebook: / fortran.bigi. .
FacebookPage: / fortran-bigiri. .
Twitter: / fortranbig. .
Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona.
Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾
A/C :Fortran Bigirimana
Amajambo :
IRATABARA LYRICS
Babwire baze aboro bo mu mitima,
Babwire begere abantuntuye umutima,
Muti yabaremye ibakunze
Muti Ehe hari abaduza ishimwe
Atari uko vyose vyatunganye
Twatahuye ko iri ishimwe ariryayo
We Soko y’intsinzi yacu
Niyo mpamvu
Dukoma aya amashi, tunezerewe, tumuha ishimwe
Kuko nukuri ntawayibonye
ngwatahe imvumure
Kuwuyambaje
R)Iratabara n’ukuri
Iratabara
Iratabara nivyo
Iratabara
#Burundiworship #Rwandaworship #burundi #rwanda #fortranbigirimana #christianhymns
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: