Inyigisho y'Umwungere wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura ku musi mukuru wa Noël
Автор: Radio Maria Burundi
Загружено: 2024-12-26
Просмотров: 24671
Описание:
Inyigisho y'Umwungere wa Diyoseze nkuru ya Bujumbura, Musenyeti Gervais Banshimiyubusa, ku musi mukuru wa Noël
Naho mwobura ico musangira kiboneka, musangire akanyamuneza n'amahoro akana Yezu kabasangije mukubavukiramwo.
Jambo yigize umuntu abana natwe, Niwe nyene ubwayo yiyiziye, ntiyabaye agituma umuntu ngo azane urukiza n'amahoro
#noel #noël #burundi #bujumbura #homéliedujour #homélie #banshimiyubusa #radiomariaburundi
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: