Ibiherutse gushikirizwa n’ishami ryishirahamwe HCR muri Tanzania, ko ihangayikishijwe n’ibomorwa
Автор: Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Загружено: 2026-01-15
Просмотров: 98
Описание: ry’amazu y’impunzi z’abarundi baba mu muma kambi muri Tanzania, ntibihagije kandi biratandukanye n’ivyo abakozi baryo bakorera ku rubuga. Kubwa Leopold Saharangabo arongoye ishirahamwe riharanira iyubahirizwa ry’agateka k’impunzi CDH/VICAR, igikenewe n’uko HCR yokwerekana bikwiye ko itemeranya na reta ya Tanzaniya ivyo iriko irakora.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: