wari ubizi ko Lycée BUSIGA imaze imyaka 72 yuguruye Imiryango?
Автор: KUGASAKA WEB TV
Загружено: 2021-02-06
Просмотров: 290
Описание:
Muri uyu mwaka turimwo wa 2021, #Lycée_Busiga yujuje imyaka 72 (72ans) yuguruye imiryango kuko ryatanguye mu 1949. Ni mw’ijambo ryashikirijwe n’umuyobozi wayo #Soeur_Mathilde_KEZAMAHORO kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 05 Ruhuhuma aho iryo shure ryari ryazindukanye akamwemwe ko kwakira abashitsi bari babagendeye.
Yagize kandi ati turonse abadufasha twoyisanura ikamera neza gose.
#kugasaka #updateinfos
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: