"Ndadaye apfuye sinasubiye kwitwa Michel-Ange umuhutu, baciye banyita Michel-Ange imporona"
Автор: Isanganiro
Загружено: 2026-01-30
Просмотров: 2171
Описание: Michel-Ange Nzojibwami yamenyekanye mu vyo kwandika no gutunganya ibikino. Yavukiye mu gihugu ca Congo. Yaje mu Burundi afise imyaka 7 mu 1963. Indyane zifatiye ku moko zaramukozeko 1972 ariko yarazivuyemwo. Ubu arongoye ikigo Tubiyage.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: