Winner Boys - BeniMana ft Francis destin (Official Music video)
Автор: El WinnerBoy
Загружено: 2022-09-09
Просмотров: 21066
Описание:
#SuperLIfeMusic
Audio producer : Kolly The Magic
Video Director : Brian Smith
make up : Belle Bonte
Decor : Audrey Artifacts
Special thanks to Kijaja Le Patissier and Ladouce
Video Script : Drama T
Dancers : HDR
Lyrics!!!
intro
Mpwemu ubwiwe abwiririkanya n impwemu zacu
ko turi abana ko turi abana b'Imana
Mpwemu ubwiwe abwiririkanya n n'impwemu zacu
ko turi abana ko turi abana b'Imana
Chorus
Yadutoranije isi n'ijuru bitarabaho
twabaye umwe nawe ubu twitirirw Uhoraho
yeeeeeh
turi BEN'IMANA BEN'IMANA BEN'IMANA
turi BEN'IMANA BEN'IMANA BEN'IMANA
vers 1
bwa bwoko butavumika
noooo ntiturogeka
yeee baba God ooh
yamvyaje ubutumwa bwiza
yeeebaba God ooh
ndi umwana w'Imana nziza
down down down siwacu
dusumba ber'imari ben'ingabo
kandi ivy Imana vyose ni rwacu
dusumba ben'imari ben'ingabo
kandi ivy Imana vyose ni rwacu
chorus
yadutoranije isi n'ijuru bitarabaho
twabay umwe nawe ubu twitirirw Uhoraho
yeeeeh turi BEN'IMANA BEN'IMANA BEN'IMANA
turi BEN'IMANA BEN'IMANA BEN'IMANA
vers 2
Mpwemu ubwiwe abwiririkanya n'impwemu zacu
ko turi abana ko turi abana b'Imana
Mpwemu ubwiwe abwiririkanya n'impwemu zacu
ko turi abana ko turi abana b'Imana
kama unapenda Yesu sema amen
kama unapenda Yesu sema amen
nimba ukunda Yesu vuga amen
nimba ukunda Yesu vuga amen
chorus
yadutoranije isi n'ijuru bitarabaho
twabaye umwe nawe ubu twitirirw Uhoraho
yeeeeh turi BEN'IMANA BEN'IMANA BEN'IMANA
turi BEN'IMANA BEN'IMANA BEN'IMANA
Outro
Mpwemu ubwiwe abwiririkanya n'impwemu zacu
ko turi abana ko turi abana b'Imana
Mpwemu ubwiwe abwiririkanya n'impwemu zacu
ko turi abana ko turi abana b'Imana
#SuperLifeMusic #BENIMANA
2022
BUJUMBURA BURUNDI
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: