Umugambwe FPR-Inkotanyi woba ufise imigenderanire iyihe n'Umugambwe CNDD-FDD?
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2026-01-02
Просмотров: 3494
Описание: U #Burundi ngo butegerezwa kugara nyene urubibe rwa #Uvira_Gatumba nk'izindi mbibe zose bahana n'igihugu c'u #Rwanda kuko haribonekeza umutekano muke muri #RDC. Ivyo vyashikurijwe na Révérien Ndikuriyo Umunyamabanga w'umugambwe CNDD-FDD mu kiganiro yagiraniye n'abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 02 Nzero 2026 ku cicaro gikuru c'umugambwe #cnddfdd mu Ngagara mu gisagara ca Bujumbura.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: