Abaniga 2 n’1bebi S2, ep.1: parte after parte
Автор: Yaga Burundi
Загружено: 2022-08-07
Просмотров: 22272
Описание:
🥳💃🏾🕺🏾 Muri "summer", mu nzu y’Abaniga 2 n’ibebi ni party after party, gukatika no kunywa mpaka buce...
🥴😴 Mu gatondo, agasibe ni kose, abatera amajava barayatera, none boss n’umuporisi babashwayemwo... 🙆🏿
👀 Amaso abaye umunani, bari mw’ i sooo ikomeye cane...
🗣📽 Get ready, take position, Abaniga 2 n'ibebi yagarutse. Ng'iyi inturire ya mbere ya saison 2. 😎
#Ndafisijambo
#IbihanzeUrwaruka
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: