Imvugo ya Gélase Ndabirabe ku bijanye no gutorana kw’abakenyezi ihonyanga ibwirizwa nshingiro
Автор: Tele Renaissance
Загружено: 2021-11-11
Просмотров: 243
Описание: Amajambo yashikirijwe na Daniel Gélase Ndabirabe, umukuru w’Inama nshingamateka, ku vyerekeye ugutorana kw’abakenyezi, ngo ateye kubiri n’amategeko mpuzamakungu Uburundi bwemeje hamwe n’ibwirizwa nshingiro. Bivugwa n’umushingwamanza Gustave Niyonzima, arongoye Urunani rw’abashingwamanza baburanira abakorewe amabi mu Burundi (CAVIB). Gustave Niyonzima asigura ko ingingo ya mbere y’amategeko mpuzamakungu yo kw’igenekerezo rya 10 Kigarama 1948 ivuga ko abantu bose bavuka bangana haba umugore canke umugabo.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: