ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

SORRY Part 2 : Uwu Mugore yakunze Umugabo yubatse | Burundian Best love Film

Автор: JOYFUL IMAGE FILMS

Загружено: 2026-03-12

Просмотров: 307

Описание: Bill afashe ingingo iremereye cane, Sarah ari mugahinda, Julia ababariye umugabo! Bigenda gute ngo umuntu akunde umuntu yubatse?

Abantu bubakana bakundana, bipfurizanya ivyiza, burumwe yizeza umukunzi wiwe ko bazosangira vyose ivyiza n'ibibi! Bigenda gute ngo abo bagere aho bashobora guhemukirana no kubabazanya? Nimba wubatse canke witegurira kwubaka, iyi Film niwewe twayikiniye, uyirabe ikuryohere.

SORRY - Intimba y'Umukunzi ni Film yubakiye kunkuru y'ibintu bishobora kubaho, ivuga vyinshi kumubano w'abubatse n'insiguro y'urukundo rw'ukuri. Muri iyi nkuru, Bill akundwa n'umugore yubatse yitwa Sarah kandi Bill nawe yubakanye na Julia, ivyo bigatuma mungo zabo haduka ibibazo. Iyi ni Film irimwo ubwenge bwinshi, igaragaza agaciro k'ubwizigirwa n'intambara ziba mumutima iyo uwo wakunze mwubakanye atanguye kuraba ryiza hanze. Inyigisho zitekeye muriyo ziyigira Film ntibagiranwa mubuzima bw'uwuyiravye.

Raba izindi Film nziza cane nk'iyi uciye hano    • FULL MOVIES  

Kugira tumenye igitigiri c'abakunzi b'ibikorwa vyacu, tubasabe mukore subscribe muzoba mutweretse ko mudushigikiye.
Joyful Image Films ni Chaine yanyu ibahereza ivyishimo biciye muma film ndundi. Film z'urukundo, comedie n'izindi nka Film d'action, Film dramatique, Film d'horreur.
Film zacu zibamwo inyigisho z'abubatse, izo urukundo ku rwaruka gen-z, social n'izindi.
Film ndundi- Film nyarwanda (Kirundi / Kinyarwanda - English)
Dukorera kuri YouTube, Facebook, TikTok na Instagram hose kwizina rya Joyful Image Films. Ushobora kutwakura kuri whatspp +25761627688
Sorry
Intimba y'umukunzi
Nitanga Noé Josh
Joyful Image Films
African Films Heart
Films africains
Joyful World
Sorry, Icamwa c'urukundo, Urukundo mumisi 3, Imbaraga z'umutima, Rurihe, Cheating

#Joyful #Image #Films
#African #Films #Heart
#Joy

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
SORRY Part 2 : Uwu Mugore yakunze Umugabo yubatse | Burundian Best love Film

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

SORRY Part 1 : Acumise umugore wiwe yibeshe ko ariko amuca inyuma! Burundian Best Love Film

SORRY Part 1 : Acumise umugore wiwe yibeshe ko ariko amuca inyuma! Burundian Best Love Film

Mana wee 😱 ABAGABO BAKUBISWE NABAGORE BABO BAZIRA AKABARI😭🤣🙆 BY NZABARINDA Felician

Mana wee 😱 ABAGABO BAKUBISWE NABAGORE BABO BAZIRA AKABARI😭🤣🙆 BY NZABARINDA Felician

ICAMWA C'URUKUNDO FULL MOVIE PART 1 | The best love film | Burundian Film

ICAMWA C'URUKUNDO FULL MOVIE PART 1 | The best love film | Burundian Film

ALVARO ARBELOA YEREKANYE URWEGO RWIZA RWA THIAGO PITARCH II REAL MADRID YOBA IKWIYE KWIZERA ACADEMY?

ALVARO ARBELOA YEREKANYE URWEGO RWIZA RWA THIAGO PITARCH II REAL MADRID YOBA IKWIYE KWIZERA ACADEMY?

Спів пташок для відпочинку та релаксу 🌿 Уявіть себе серед природи

Спів пташок для відпочинку та релаксу 🌿 Уявіть себе серед природи

NAGOMBAGA GUPFA😥FANNY AGIFUNGURWA TURAGANIRIYE|GEN MAKENGA NI WE WANDOKOYE😥

NAGOMBAGA GUPFA😥FANNY AGIFUNGURWA TURAGANIRIYE|GEN MAKENGA NI WE WANDOKOYE😥

Атака дронами по США / Удар по небоскрёбам

Атака дронами по США / Удар по небоскрёбам

IBISASU BITURIKANA UBWATO MUNSI Y'AMAZI: IRAN IRI GUTURAGURITSA IGICARACARA MU UBUNIGO BWA HORMUZ

IBISASU BITURIKANA UBWATO MUNSI Y'AMAZI: IRAN IRI GUTURAGURITSA IGICARACARA MU UBUNIGO BWA HORMUZ

KARABAYE 🔥Godfather ashyize hanze Naomi ,PCK na Samia bashinjanya ubujura/Mama Naomi avuze byose💥

KARABAYE 🔥Godfather ashyize hanze Naomi ,PCK na Samia bashinjanya ubujura/Mama Naomi avuze byose💥

Самая красивая мелодия в мире! Эту музыку можно слушать вечно! Отличная музыка Сергей Грищук #2

Самая красивая мелодия в мире! Эту музыку можно слушать вечно! Отличная музыка Сергей Грищук #2

ICAMWA C'URUKUNDO S02EP10 - 😭 Josh yemeye kuba se w'umwana atateye inda 😭

ICAMWA C'URUKUNDO S02EP10 - 😭 Josh yemeye kuba se w'umwana atateye inda 😭

UMUJINYA UBA WANYISHE😀ABAGABO NIMWE MUTWORORA|MABUKWE ANYITEGE

UMUJINYA UBA WANYISHE😀ABAGABO NIMWE MUTWORORA|MABUKWE ANYITEGE

🔴LIVE : REAL MADRID UMWAMI WA CHAMPIONS LEAGUE// FC BARCELONA MUBIHUHA VYA MERCATO//UCL IRAYOBEYE!!!

🔴LIVE : REAL MADRID UMWAMI WA CHAMPIONS LEAGUE// FC BARCELONA MUBIHUHA VYA MERCATO//UCL IRAYOBEYE!!!

ICAMWA by Nitanga Noé ft Niyonyishu Belyse (Official Video)

ICAMWA by Nitanga Noé ft Niyonyishu Belyse (Official Video)

IGITANGAZA I KIGALI🤗INZU ZA MILIONI 30 Zihendutse na TEKINIKE bakoresha.. Eng. MESCHACK KURI OFFICE

IGITANGAZA I KIGALI🤗INZU ZA MILIONI 30 Zihendutse na TEKINIKE bakoresha.. Eng. MESCHACK KURI OFFICE

СЧИТАЙ ВОЗРАСТ В ОБРАТНОМ ПОРЯДКЕ ПЕРЕД СНОМ — ЧЕРЕЗ 21 ДЕНЬ МОЗГ ЗАМЕДЛИТ СТАРЕНИЕ

СЧИТАЙ ВОЗРАСТ В ОБРАТНОМ ПОРЯДКЕ ПЕРЕД СНОМ — ЧЕРЕЗ 21 ДЕНЬ МОЗГ ЗАМЕДЛИТ СТАРЕНИЕ

AYA MANYWA MAKENGA AHISE ATUNGURA ISI YOSE, NGIYI IMYANZURO IKOMEYE AFASHE MURI MA23 NTAMIKINO

AYA MANYWA MAKENGA AHISE ATUNGURA ISI YOSE, NGIYI IMYANZURO IKOMEYE AFASHE MURI MA23 NTAMIKINO

Скотт Риттер - Иран разрушил базы США

Скотт Риттер - Иран разрушил базы США

ICAMWA C'URUKUNDO S02EP12 😭 FINAL - uku niko ivya Josh , Joyce na Josepha birangiye

ICAMWA C'URUKUNDO S02EP12 😭 FINAL - uku niko ivya Josh , Joyce na Josepha birangiye

MBEGA IKINAMICO NZIZA YITWA  BAGABO #WISENYA URWO WUBATSE

MBEGA IKINAMICO NZIZA YITWA BAGABO #WISENYA URWO WUBATSE

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]