Raba umukenyezi w'umu mécannicienne wo muri komine Kinyinya afise atelier de soudure yiwe akoreramwo
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2022-07-29
Просмотров: 1491
Описание: Kaze #Tuyage Ubutunzi: NIMBONA Sylvie ni umukenyezi w'umu mécanicienne wo muri komine #Kinyinya intara ya #Ruyigi, aho afise atelier de soudure. Uwo mukenyezi w'abana 3 uwo mwuga awukoze imyaka irenga 20 akaba amaze kuvyungukamwo ibintu vyinshi. Kubwiwe ngo abakenyezi barashobora gukora ubuzi bwitwa ngo n'ubwabagabo. Bisubiye ngo bomenyera gukora kugira ntibame bazera vyose ku bagabo babo. Uyu mukenyezi umuvuzeko iki ?
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: