HARANYERERA BY HAPPY-RIC FAMILY SENIOR
Автор: Happy - Ric Family Semior
Загружено: 2026-01-29
Просмотров: 7496
Описание:
Nisaw ncuti zacu Muramahoro?
Harico twashaka kubamenyesha kubijanye nibikogwa vyacu cane cane kubijanye na Video
Tuba twipfuza gutanga message zisa neza mumashusho mugukoresha camera nini
Ariko kubera dukora ibihwanye nuburyo bwacu niyompanvu dukora kugeza mubona niho duhambije.
Gikuru tuba twipfuza gushira ahabona messge y'ubutumwa bwiza abakorera murimpwemu barabutahura abakorera mumubiri nabo ntaco bahanoba .
Ibindi tuzoza turakura buhoro buhoro turacari kure cane ntawuvuka rimwe ngo yuzure ingovyo Gato karakura.
Kandi naho tugeza abazanwa nubutumwa bwiza burabafasha cane.
Imana ikomeze kubibahezagirira mw'ibuka nogusabikanya nabandi ubu butumwa dutanga buciye mundirimbo Murakoze.
uwogira icabaza yotwandikira kuri whatsapp
+257 71 386 423
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: