Igishushanyo cy'inyamanswa | Pr. Ivor Myers.
Автор: IBIMENYETSO BY'IBIHE MINISTRIES
Загружено: 2022-08-24
Просмотров: 21572
Описание: "Neretswe ko abasigaye batiteguye ibigiye kuba ku isi. Ubupfapfa, bumeze nk’ibitotsi, bwasaga n’uburemereye intekerezo za benshi mu bavuga ko bizera ko dufite ubutumwa buheruka. Marayika wangendaga iruhande yavuze n’ijwi rirenga kandi riteye ubwoba ati: “Mwitegure! Mwitegure! Mwitegure! kuko umujimya ukomeye w’Uwiteka ugiye kuza bidatinze." INYANDIKO Z'IBANZE P. 66 (Soft Copy)
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: