Formation sur l'enseignement biblique sundy school Kamesa
Автор: ELYONNA TV
Загружено: 2026-01-15
Просмотров: 60
Описание: #elyonna tv #votre #chaine Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga ELYONNA TV aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Elyonna #harico wifuza kubaza duhamagare kuri 61058489 canke 79 335139 watsapp #love #elyonna tv #Imana #Isumba vyose.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: