Ishirahamwe Hope New Generation risaba abavyeyi kugarukira umukobwa yatwaye inda akiri kw'ishure
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2025-01-25
Просмотров: 373
Описание: #Burundi : Ishirahamwe ryishinze kugarukanira umwizero abawutaye (Hope New Generation) risaba abavyeyi, Reta ndetse n'abigisha gukora ibishoboka vyose kugira ngo umukobwa yatwaye inda akiri kw'ishure ashobore kubirengera, maze ubuzima bubandanye. Léonard Ngendakumana arongoye iryo shirahamwe yabishikirije kuri uwu wa 24 Nzero 2025 aho iryo shirahamwe ryari ryatunganije uruganda rw'ukurabira hamwe ivyokorwa kugira ngo abigeme batwaye inda zitipfujwe bakiri kw'ishure bashobore kubirengera.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: