Musenyeri Simoni Ntamwana yasengeye Evariste Ndayishimiye imbere y'uko arahira
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2020-06-18
Просмотров: 35973
Описание: Imbere y'uko arahira, Musenyeri Simoni #Ntamwana Umwungere wa Diyoseze nkuru ya #Gitega, ari kumwe n'Abasenyeri bose ba Ekereziya Katorika y'Uburundi, hamwe n'abaserukiye ayandi madini, yasengeye Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye. Umviriza iryo sengesho yagize.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: