“Ubutare bw’u Burundi: ukuri kutavugwa inyuma y’amasosiyete n’amasezerano y’amabanga”
Загружено: 2025-10-28
Просмотров: 6615
Описание:
Muri iyi videwo, turacukumbura ukuri kutavugwa inyuma y’ubucukuzi bw’ubutare mu Burundi. Turerekana uko amasosiyete mpuzamahanga n’amasezerano y’amabanga bihurira n’inyungu z’igihugu n’abanyagihugu.
Turasuzuma kandi uruhara rwa zahabu, coltan, n’amabuye y’agaciro mu bukungu bw’u Burundi, hamwe n’ingaruka z’ubucuruzi bw’inyuma ku baturage n’igihugu.
Ni nde arunguka cane mu butare bw’u Burundi? Abanyagihugu bararonka ico bavuyemwo?
Raba iyi videwo gushika ku mpera kugira umenye ivyihishijwe inyuma y’amasezerano y’ubucukuzi.
Ntucikwe! Kanda Subscribe, like, na share kugira abandi bamenye ukuri kutavugwa inyuma y’amasosiyete n’amasezerano y’amabanga.
#Burundi
#UbutareBwBurundi
#MiningInBurundi
#AmabuyeYAgaciro
#BurundiEconomy
#BurundiGold
#ColtanBurundi
#BurundiNews
#EastAfricaMining
#UkuriKutavugwa
#BurundiDevelopment
#AfricanResources
#ZahabuBurundi
#InvestigationBurundi
#UbutunziBwBurundi
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: