Prezida Ndayishimiye ku burongozi bwa UA : imigambi 3 azoshimikirako
Автор: Iris News
Загружено: 2026-02-17
Просмотров: 44
Описание:
Prezida Evariste Ndayishimiye yaraye ashitse mu gihugu inyuma y'aho aherewe uburongozi bwa UA
Ku kibuga c'indege Melchior Ndadaye yarashikirije ijambo, rishimikira ku bintu nyamukuru bitatu :
Gutsimbataza amahoro n'umutekano mu bihugu vya Afrika biyakeneye : aha ngo Uburundi si ivyo bwigishwa
Isuku n'isukura ku mugabane
Guteza imbere ubutunzi n'urudandazwa ndengambibe biciye mw'isoko rusangi ZLECAf
#Burundi4Africa #IrisNews #burundi
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: