AMAYAGWA 1. IMIGENZO 11. UBUZIMA 1. IMISI MIKURU 1. URUVUGANO
Автор: Ikirundi C’Abarundi
Загружено: 2020-09-27
Просмотров: 4989
Описание: Muri iki kiganiro kirimwo imvugo nziza ishika ku mutima, ndaca hirya n’ino imigirwa y’ « uruvugano ». Ndakubgira ivya ngombga biba vyabaye imbere y’urubanza n’imigirwa y’Uruvugano. Ndashikiriza inyifato n’ijambo ryiza umusore yobgira umukobga ariko araresha. Mu kwigisha abasore « amajambo meza yo kuresha » n’ingene zina mukobga yoreshwa vyiza vy’abantu, nitangako akarorero ingene noresha umukobga nakunze « Umujijikazi Bucumi mwene Bahebura». Ndanaguhishurira ivyo abasore b’aho hambere batanga mu ruvugano. Ndatanga itandukaniro ryo « kuresha no gutongoza ». ivyo ni ngirakamaro ngo zina mukobga amenye umusore amutongoza n’uwumuresha kuko, kandi aho rero ndashimitse, ntibasa. Urakoze PIN.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: