AMATEKA Y,IKIGAZI MUTARI MUZI
Автор: Vibe With Young Donna
Загружено: 2025-09-04
Просмотров: 154
Описание:
Iyi video irerekana igiti c’ikigazi (palmier à huile) nk’uko gikoreshwa mu Burundi hamwe bomubindi bihugu bimwe bimwe.
📸 Amafoto:
1. Ifoto y'inzu y'ibumba irimwo igiti c'ikigazi inyuma
© Arthur Nkunzimana, Wikimedia Commons
Licence: Creative Commons Attribution-Share Alike 4.0
2. Ifoto y’igiti c’ikigazi kiri hafi y’inyubako y’ishure
© Frankyta, Wikimedia Commons
Licence: Creative Commons Attribution-Share Alike 4.0
Igiti c’ikigazi gikomoka muri Afrika y’ubuseruko, kikaba gikundwa cane mu Burundi kubera amavuta y’amamesa avamwo. Amavuta y’ikigazi akoreshwa mu guteka, gukora isabuni, ibikoresho vy’isuku n’ibindi.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: