ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

IMVA YA MWIHORO PART 10

Автор: BURWOOD TV

Загружено: 2024-09-19

Просмотров: 175332

Описание: Film IMVA YA MWIHORO
ni Film ihanura kudahuruduka mugufata ingingo runaka no kutihorera kukintu cose cabaye nkingaruka zo gufata ingingo mbi.

icaduteye kwandika ireresi imva ya mwihoro

ireresi tuyifata nkivugabutumwa kubwivyo twipfuje gutanga ubutumwa kubenegihugu eka nabashobora kwumva ururimi rw'ikirundi kuko twizera ko hari benshi bahinduka bivuye kumpanuro ziri mumareresi

ico twashatse kwigisha

mukwandika imva ya mwihoro icambere yigisha kubijanye n'ingo N'imiryango. twipfuje kwerekana ingene gufata ingingo wihuse murugo bitewe n'ishavu muri make guhubuka atari vyiza bishobora gukwega ikibi kandi nawe wafashe ingingo wihuse ingaruka mbi zavyo zikagushikira
icakabiri twashats kwigisha ko ico uzokora cose muri buno buzima utegerezwa kucishura "ukora iciza ukagisangimbere wakora inabi ikaguherekeza"
ariko kandi ko guhora ari ukw'Imana kuko iyo ugerageje kwihora usanga wewe nyene wishize mungorane zizokugora kuvamwo.

ireresi imva ya mwihoro twiteze ko izotuma abayikurikiranye birinda guhubuka mugufata ingingo bakabanza gushishoza no kubaza umutima nama hamwe no kudakora inabi kuko uko bizogenda kose uzovyishura.

FILM : IMVÁ YA MWÎHŌRO
Written by: Cadeau Ravell KAGISYE
DIRECTOR : Amédée MANIRAKIZA
ASS.DIRECTOR : Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERAMAN : XRAY BAM
EDITOR : NIJI PRO
PRODUCER : BURWOOD TV
Contact Email: [email protected]
Facebook : BMT Buja
Téléphon: +257 76604015
+257 7926587

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
IMVA YA MWIHORO PART 10

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

IMVA YA MWIHORO PART 11 The end

IMVA YA MWIHORO PART 11 The end

Она устроилась горничной в странный дом, где нельзя видеть хозяина

Она устроилась горничной в странный дом, где нельзя видеть хозяина

VYAMAHO PART 1 - XRAY BAM

VYAMAHO PART 1 - XRAY BAM

ISEZERANO RYAWE FULL MOVIE PART 1

ISEZERANO RYAWE FULL MOVIE PART 1

VYAMAHO PART 3 | SEASON TWO

VYAMAHO PART 3 | SEASON TWO

FILM IMVANO EPISODE 01 NONE FANNY NA MIMI NA SABBAS KO BARI MUYABIRA. KURIKIRANA NAWE  +25769469419

FILM IMVANO EPISODE 01 NONE FANNY NA MIMI NA SABBAS KO BARI MUYABIRA. KURIKIRANA NAWE +25769469419

IKI GITONDO LE 11|1|2026I IBY'U RWANDA, BURUNDI NA CONGO BIRAHINDUTSE BIBAYE BIBI PAPA ABIJEMO

IKI GITONDO LE 11|1|2026I IBY'U RWANDA, BURUNDI NA CONGO BIRAHINDUTSE BIBAYE BIBI PAPA ABIJEMO

IMVA YA MWIHORO PART 9

IMVA YA MWIHORO PART 9

AGATIMAKOKO PART 1 Ubuntu bwagiye hehe? Carmel ko atorohewe.

AGATIMAKOKO PART 1 Ubuntu bwagiye hehe? Carmel ko atorohewe.

🔥Трамп СОРВАЛСЯ на Путина! Срочно ДАЛ ДОБРО: приказ МЕНЯЕТ ВСЁ. Вашингтон ВЫСМЕЯЛ Москву ПУБЛИЧНО

🔥Трамп СОРВАЛСЯ на Путина! Срочно ДАЛ ДОБРО: приказ МЕНЯЕТ ВСЁ. Вашингтон ВЫСМЕЯЛ Москву ПУБЛИЧНО

KANYANA SE 03 EP 11 #rukundotv #kanyana #burundianmovie

KANYANA SE 03 EP 11 #rukundotv #kanyana #burundianmovie

BAD CHOICE / AMAHITAMO MABI : BAHAVU FT NICK&NKAKA FEATURE FILM WITH ENGLISH SUBTITLES

BAD CHOICE / AMAHITAMO MABI : BAHAVU FT NICK&NKAKA FEATURE FILM WITH ENGLISH SUBTITLES

AGATSIRIKWA NTIGAHERE Part 10  THE END

AGATSIRIKWA NTIGAHERE Part 10 THE END

IMVA YA MWIHORO PART6

IMVA YA MWIHORO PART6

ТОТ, КТО УКРАЛ РЕБЕНКА, СОВСЕМ БЛИЗКО. Тайна исчезновения Мухаммада Забитова.

ТОТ, КТО УКРАЛ РЕБЕНКА, СОВСЕМ БЛИЗКО. Тайна исчезновения Мухаммада Забитова.

IBOHERO Full movie .Ntakure Imana itokura umuntu kandi Ntakure itomugeza . ntiduhahamire ivyisi .

IBOHERO Full movie .Ntakure Imana itokura umuntu kandi Ntakure itomugeza . ntiduhahamire ivyisi .

PROTEKTOR | Jason Statham | akcja, kryminał, thriller | cały film | lektor po polsku

PROTEKTOR | Jason Statham | akcja, kryminał, thriller | cały film | lektor po polsku

RUJIYORUSHATSE FULL MOVIE

RUJIYORUSHATSE FULL MOVIE

Prophet Modeste:MARIAGE YACU YARAGWANIJWE KU GWEGO RWO HEJURU/Ivyuko Yarongoy umwana w’umugwizatunga

Prophet Modeste:MARIAGE YACU YARAGWANIJWE KU GWEGO RWO HEJURU/Ivyuko Yarongoy umwana w’umugwizatunga

INTANGO FILM PART 1

INTANGO FILM PART 1

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]