UKU N’ UKURI By Dorothee Wendo IGIRANEZA Live Recording
Автор: Dorothee Wendo IGIRANEZA
Загружено: 2025-12-13
Просмотров: 6706
Описание:
Art : Dorothee Wendo IGIRANEZA
Audio : Wisdom divine studio ( DavPro & Steven pro)
Editing & coloring : DavPro
Shooting : Josh
Sound and recording : Fabrice (Master Fader)
Music band : Groove Agents
Singers : Groove Agents
Writer : Dorothee Wendo IGIRANEZA
UKU N’ UKURI
Ubereye
Ubereye
Uberey’ Ishimwe,
Ubereye
Ubereye
Uberey’ Ishimwe.
Ivy’ ukora vyose
Biravyemeza ,
Ivy’ uvuga vyose
N’intahe y’Ukuri.
RF: - Ubumbuye akanwa
Ntawuvuguruza
Ugize ic’ ukora
Ntawuhagarikaaa
Oya nta numwe yitambika
Oya nta nuwovuguruza
Mwami : Icowavuzeee
Kirashikaaaa
Kigasohoraaa
Uko n’ Ukuri…!
Bridge: Oya ntawe
Oya ntawe
Ntawuhwanye naweee
Oya ntawe , ntawe , ntawe
Ntawusa nawe.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: