Hari umumenyeshamakuru wa Radio BONESHA FM yakubiswe bikomeye kur’uyu wa mbere n’akarwi
Автор: Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Загружено: 2025-04-30
Просмотров: 549
Описание:
k’abaserukira abanyeshure ba Kaminuza y’Uburundi mu kigo co ku Mutanga.Uwo mumenyeshamakuru asigura ko ivyo vyamushikiye mu gihe yari ku kazi kiwe ka misi yose ko kurondera amakuru. Agasaba ko ubutungane bwomutunganiriza hamwe n’uko umutekano wiwe wokubahirizwa.
🎧 Emmanuel NIYUNGEKO
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: