ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

IKIGANIRO C'INGO N'IMIRYANGO:N'igiki catabaye Mariage ya Pasteur Marc KAGISYE?

Автор: Liany Media

Загружено: 2021-09-23

Просмотров: 82396

Описание: Mukiganiro c'Ingo n'Imiryango caremeshejwe na Pasteur Marc KAGISYE n'Umufasha wiwe mumpera z'umwaka 2019 muri Leta zunze ubumwe z'Amerika mugisagara ca Portland muri Etat ya Maine,uyo muryango warashingiye intahe abaraho ko mu minsi yambere bakigira ubugeni bitari vyoroshe nagato.Banatugira inama y'ibintu 7 twokora kugira ingo zacu ziryohe kandi zikomere. Pasteur Marc KAGISYE arongoye ishengero LIFE CENTER rifise icicaro mu BURUNDI.
Imiryango tuvukiramwo,imico n'imyerere yaho dukurira,akahise k'ivyo twabayemwo bigira ingaruka zahafi y'ubuzima tubamwo mungo twubaka.LIANY MEDIA Tv kimwe mubiyiraje ishinga nugusangiza abandi intahe n'inyigisho zituma tugira ingo turyoherewe kandi zikomeye.
Wifuza gushinga intahe canke kudusangiza inyigisho zifasha kubaka umuryango, urahawe ikaze.Twandikire kuri [email protected].
Murakoze Imana ibahezagire.

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
IKIGANIRO C'INGO N'IMIRYANGO:N'igiki catabaye Mariage ya Pasteur Marc KAGISYE?

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

UMUGOZI UKENEWE Avec Pasteur  Marc KAGISYE

UMUGOZI UKENEWE Avec Pasteur Marc KAGISYE

IMIBONANO MPUZABITSINA, N'INKINGI Y'URUGO

IMIBONANO MPUZABITSINA, N'INKINGI Y'URUGO

31st  \ DECEMBER /   2025 [THE LATER GLORY]

31st \ DECEMBER / 2025 [THE LATER GLORY]

yoooooooo bwabundi ivy'urugo naha vyari bizingiye???🔥🔥🔥 past.Désiré Habyarimana arabyishuye byose

yoooooooo bwabundi ivy'urugo naha vyari bizingiye???🔥🔥🔥 past.Désiré Habyarimana arabyishuye byose

#KuKAYI : Dépression mu rugo/Imwe mu ngaruka zo kutamenyana neza imbere ya mariage/Intahe

#KuKAYI : Dépression mu rugo/Imwe mu ngaruka zo kutamenyana neza imbere ya mariage/Intahe

ICO DUKWIYE GUSABA KURUTA VYOSE by Chris NDIKUMANA

ICO DUKWIYE GUSABA KURUTA VYOSE by Chris NDIKUMANA

Bishitse mu rugo hakaza ibihe bigoye, n'iyihe nyifato twogira?/Pst Christian Cyiza/Ingo n'imiryango.

Bishitse mu rugo hakaza ibihe bigoye, n'iyihe nyifato twogira?/Pst Christian Cyiza/Ingo n'imiryango.

ABUBATSE INGO:

ABUBATSE INGO:"HARIHO INGO ZIRIKO ZIRASAMBUKA KANDI ZIKIJIJWE By Ev Adronis NDUWIMANA

Dore IBINTU 5 Bizagufasha Kugera KURE🤑 Ntugasuzugure UMUNTU😱 |  Young Gereneration😰 | Pst Antoine

Dore IBINTU 5 Bizagufasha Kugera KURE🤑 Ntugasuzugure UMUNTU😱 | Young Gereneration😰 | Pst Antoine

Woow🥰 URUKUNDO💖COUPLE ya AIME UWIMANA😍MADAME we IRATANGAJE sinashakaga umukristo NISHAKIRAGA UMUKIRE

Woow🥰 URUKUNDO💖COUPLE ya AIME UWIMANA😍MADAME we IRATANGAJE sinashakaga umukristo NISHAKIRAGA UMUKIRE

ABAGORE GUSA: IBINTU 20 BIGARAGAZA KO UMUGORE YAVUYE MU MWANYA WE (IMANA YAMUSHIZEMO) |Pastor Desire

ABAGORE GUSA: IBINTU 20 BIGARAGAZA KO UMUGORE YAVUYE MU MWANYA WE (IMANA YAMUSHIZEMO) |Pastor Desire

Kuba mu Mana niyo soko y'imigisha yose//Agakiza n'imigenderanire myiza n'Imana - Pastor Marc KAGISYE

Kuba mu Mana niyo soko y'imigisha yose//Agakiza n'imigenderanire myiza n'Imana - Pastor Marc KAGISYE

"Banyambitse impeta ya fiançailles ntavyumva!"IBINTU UDAKWIYE KWIHENDAKO MU GUHITAMWO UWO MUZOBANA

IBINTU BITANU BITUMA ISENGESHO RIGIRA INKOMEZI by Chris NDIKUMANA

IBINTU BITANU BITUMA ISENGESHO RIGIRA INKOMEZI by Chris NDIKUMANA

REV,DR.ANTOINE RUTAYISIRE:

REV,DR.ANTOINE RUTAYISIRE:"SENGA IMANA UYIBWIRE URUGAMBA UHANGANYE NARWO YITEGUYE KU KURWANIRIRA "

Menya inshingano UMUGABO ategerejweho murugo/Ahishuye impamvu ugomba kuba murusengero/Naratunguwe

Menya inshingano UMUGABO ategerejweho murugo/Ahishuye impamvu ugomba kuba murusengero/Naratunguwe

Umugore yiganza? - Ingo n'imiryango - Solange SEVUMBA

Umugore yiganza? - Ingo n'imiryango - Solange SEVUMBA

NUBYUKA MUGITONDO UGAKORA GUTYA UZABONA UMUGISHA UBURE AHO UWUKWIZA IBYAGO BIGENDE KURE YAWE-ANTOINE

NUBYUKA MUGITONDO UGAKORA GUTYA UZABONA UMUGISHA UBURE AHO UWUKWIZA IBYAGO BIGENDE KURE YAWE-ANTOINE

Urugo ruzakuryohera ni wumva ibi😍GUKORA URUGO RWIZA BIRASHOBOKA MUREKE KUREBA INGO MBI GUSA ...

Urugo ruzakuryohera ni wumva ibi😍GUKORA URUGO RWIZA BIRASHOBOKA MUREKE KUREBA INGO MBI GUSA ...

#CHOIX DU CONJOINT: IBINTU VYO KWITONDERA MU GUHITAMWO UWO MUZOBANA By Preacher ADRONIS NDUWIMANA

#CHOIX DU CONJOINT: IBINTU VYO KWITONDERA MU GUHITAMWO UWO MUZOBANA By Preacher ADRONIS NDUWIMANA

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]