Radiyo RPA « Ijwi ry’abanyagihugu » yakoze igikorwa ntasubirizwa mubijanye n’ugutsimbataza intwaro
Автор: Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Загружено: 2026-03-06
Просмотров: 278
Описание:
rusangi mu Burundi ibicishije mu kumenyesha amakuru hamwe n’ukuremesha ibiganiro. Bishikirizwa n’uwahoze ari icegera c’umukuru w’igihugu c’Uburundi, ubu akaba arongoye urunani rwa politike CFOR-Arusha.Frédéric BAMVUGINYUMVIRA agashima ko radiyo RPA naho yatujijwe mu gihugu kuva mu mwaka w’ 2015, yagwanye urugamba ntiyazimangana, ibandanya gushikiriza amakuru abarundi.
🎧 Frédéric BAMVUGINYUMVIRA, yahoze ari icegera c’umukuru w’igihugu c’Uburundi.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: