Urwanda na M23 babarusha inguvu?|Gaspard Baratuza
Автор: Le Mandat
Загружено: 2025-01-18
Просмотров: 366056
Описание:
Général de brigade Gaspard Baratuza, umuvugizi w'igisirikare c'Uburundi n'ubushikiranganji bw'ukwivuna abansi, yagiranye ikiganiro n'abamenyeshamakuru kuri uwu wa kane igenekerezo rya 16 Nzero 2025 inyuma y'amakuru avuga ko ingabo z'Uburundi amajana ziciwe muri Kivu y'uburaruko mu buseruko bwa Repuburika ya Demokarasi ya Kongo.
#FARDC #M23 #FDNB #RDF #NordKivu #SudKivu #Congo
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: