Welcome kwa Neva 🇧🇮 - Helpniggv (Official audio)
Автор: Helpniggv
Загружено: 2025-10-25
Просмотров: 280
Описание:
🎵 Title: Welcome kwa Neva
👑 Artist: Helpniggv
🎶 Style: Drill 🇧🇮 | Kirundi Street Rap | Patriotic & Street Energy
---
🔥 “Welcome kwa Neva”
ni indirimbo iri mumudiho wa drill ya Helpniggv ifise vibe y'ubuzima busanzwe bw'aba jeune tubamwo mu #Burundi , amajamboakomeye, n’urukundo rw’igihugu mu majwi.
Indirimbo irimwo ubutumwa bwo gukorera igihugu no gushimira Nyakwubahwa President Evariste Ndayishimiye ku bikorwa vyo gufasha u Burundi gutera imbere.
🎤 Lyrics vibe example:
Burundi, you are my country, sinoguta
Indoto zanje ni iwawe buri munota
Nzokubamwo naho bizonsaba gucanga ikata (karate)
Ngo tuje Dubai ngo niho hari icai, niho hari ibirayi kandi nzi no muburundi bimera skriiiii! 😁🤣
Thanks a lot President Evariste Ndayishimiye — thanks for taking care of our country! 🇧🇮
💪 Ntitukiri mu ndoto — turi mu bikorwa.
Indirimbo igaragaza gutsinda, impinduka, intumbero nshasha kumbona kazoza yacu , mumudiho ukundwa n'aba jeune (drill).
---
🎧 Produced & Recorded at: Hit Music Space
🎙️ Artist: Helpniggv
📍 Location: Bujumbura, Burundi
---
🔊 Follow Helpniggv:
📸 Instagram: [@Helpniggv]
🎥 YouTube: Helpniggv Official
📱 TikTok: [@Helpniggv]
🎵 Facebook: Helpniggv
---
#WelcomeKwaNeva #Helpniggv #HitMusicSpace #BurundiDrill #StreetRap #PatrioticVibes #BurundiRise #KirundiDrill #HelpniggvOfficial #StreetPunchlines #NDAYISHIMIYE #burundimusic #burundirap #drillsong #eastafricamusic #music #newmusic #Evaristendayishimiye #evariste #Burundi #president #ubutare
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: