ycliper

Популярное

Музыка Кино и Анимация Автомобили Животные Спорт Путешествия Игры Юмор

Интересные видео

2025 Сериалы Трейлеры Новости Как сделать Видеоуроки Diy своими руками

Топ запросов

смотреть а4 schoolboy runaway турецкий сериал смотреть мультфильмы эдисон
Скачать

My Story - Mpawenayo Yves, umurundi wa mbere yakoze ingendeshwa ikoresha umuyagankuba

Автор: Andika Magazine

Загружено: 2024-03-07

Просмотров: 41222

Описание: Akeneye umutahe w’umuriyaridi w’amafaranga y’amarundi (BIF 1,000,000,000) kugira ngo ishirahamwe ryiwe Electromeca rikore imiduga ikoresha umuyangankuba n’imishwarara y’izuba.

Umurundi w'umushakashatsi Yves Mpawenayo aherutse gukora imodoka itanywa igiroro. Asanzwe arongoye ishirahamwe
@Electromeca_su
risanzwe rikora amakinga abagendana ubumuga bw’amaguru bakoresha mu kwiyunguruza. « Abagendana ubumuga nabona bafise ikibazo co kwiyunguruza kuko n’uwufise ikinga yarondera uwumusunika canke naho akaba ariwe aryinyongera ariko bikamusaba inguvu nyinshi. Naciye nkora amaking aborohera kugendesha, ndamaze gukora ayatari make naho uburyo buguma butugora. Naciye kandi mbona ikindi kibazo co kwiyunguruza na cane cane ikena ry’igitoro, naciye ngira iciyumviro co gukora igendeshwa zitanywa igitoro kugira ngo nkigire n’ibidukikije kuko ivyotsi birekurwa n’imodoka zinywa igitoro bironona ibidukikije.»

Mw’ishirahamwe ryiwe rimaze gukora ingendeshwa itanywa igitoro ariko ikoresha umuyagankuba. Ngo ubwo bumenyi bwose abukura mu kurondera. Ariko yarize igisata co gukanika imiduga (Electromecanic). “Narakoze ubushakashatsi ku mbuga ngurukanabumenyi.

Ingendeshwa amaze gukora ishobora kwunguruza abantu bagera ku munani kandi iyo yayishije ku muyagankuba ibateri ikuzura, ngo ishobora kugenda ibirometero 100. “Biravana n’ubushobozi bwa bateri. Nk’iyi irashobora kugenda ibirometero ijana ibateri yuzuye umuriro. Twebwe akabirya tuzoca dushirako hejuru akuma gafata umuriro uva ku mishwarara y’izuba (solar panel) kugira ngo iriko iragenda igume ishiramwo umuriro uvuye ku mishwarara y’izuba."

Agira ati: “Ubushakashatsi bwarageze tugeze ku rugero rwo kuzirwiza zikaba nyinshi. Iragenda, hasigaye guheraheza utuntu tumwe tumwe, nk’ubu dusizeko akuma gafata umuriro uva ku mishwarara y’izuba (solar panel) izoshobora kwongereza nk’ibirometero mirongo itatu.

Avuga ko kugira ngo umugambi wiwe uranguke neza afise ikibanza cagutse n’ibikoresho bikwiye vyosaba umutahe w’umuriyaridi umutahe w’umuriyaridi w’amafaranga y’amarundi (BIF 1,000,000,000) kandi yotanga akazi ku bantu barenga 50 mw’ishirahamwe ryiwe Electromeca mugihe ubu asanzwe afise abakozi batatu gusa.

#andikamagazine
#writeyourownstory
#iterambere
#burundi

Не удается загрузить Youtube-плеер. Проверьте блокировку Youtube в вашей сети.
Повторяем попытку...
My Story - Mpawenayo Yves, umurundi wa mbere yakoze ingendeshwa ikoresha umuyagankuba

Поделиться в:

Доступные форматы для скачивания:

Скачать видео

  • Информация по загрузке:

Скачать аудио

Похожие видео

MOTO zidakoresha igitoro mu Burundi nizo zigiye gukora||MADE IN BURUNDI

MOTO zidakoresha igitoro mu Burundi nizo zigiye gukora||MADE IN BURUNDI

Umu Jeune yakoze Umuyagankuba awuha Ababanyi benshi akoresheje Amazi aca musi y'iwabo||Kuri 13km..

Umu Jeune yakoze Umuyagankuba awuha Ababanyi benshi akoresheje Amazi aca musi y'iwabo||Kuri 13km..

Kwango et à Mongata, le ministre MUHINDO NZANGI salue le modèle d’agrégation et relance le site PVA

Kwango et à Mongata, le ministre MUHINDO NZANGI salue le modèle d’agrégation et relance le site PVA

Mpwawenayo Yves, Umurundi yakoze imodoka itanywa igitoro yakoze imoto ikoresha umuyankuba 👏👏

Mpwawenayo Yves, Umurundi yakoze imodoka itanywa igitoro yakoze imoto ikoresha umuyankuba 👏👏

утренний обзор -  23.02.2026. ржя. deaf news. rsl

утренний обзор - 23.02.2026. ржя. deaf news. rsl

Ibintu Bitangaje benshi Kuburundi,Umuhungu asigwa na president/Neva ni jewe n............

Ibintu Bitangaje benshi Kuburundi,Umuhungu asigwa na president/Neva ni jewe n............

My Story - Uko imisi igenda niko Niyungeko Pierre Claver atera intambwe yongera agwiza akazi !

My Story - Uko imisi igenda niko Niyungeko Pierre Claver atera intambwe yongera agwiza akazi !

Umurundi wambere yoroye #Idendo Nyinshi nk'Abachinoi/Projet yanje yabaye iya 2 Kw'Isi yose/Ubu ngiye

Umurundi wambere yoroye #Idendo Nyinshi nk'Abachinoi/Projet yanje yabaye iya 2 Kw'Isi yose/Ubu ngiye

Prezida Evariste Ndayishimiye yagize ico ashikirije kw'igurwa rya Youssuf Nyange muri Turky

Prezida Evariste Ndayishimiye yagize ico ashikirije kw'igurwa rya Youssuf Nyange muri Turky

UMU JEUNE 🇧🇮 YAKOZE IPOMPO IDUZA AMAZI GUSHIKA KURI 15Km IDAKORESHEJE UMUYAGANKUBA CANKE IGITORO

UMU JEUNE 🇧🇮 YAKOZE IPOMPO IDUZA AMAZI GUSHIKA KURI 15Km IDAKORESHEJE UMUYAGANKUBA CANKE IGITORO

«Вначале лепили ее с мамой по ночам».Как предприниматель из региона строит бизнес на старых шинах.

«Вначале лепили ее с мамой по ночам».Как предприниматель из региона строит бизнес на старых шинах.

NTASANZWE; YAKOZE AMASHANYARAZI ACANIRA ABARENGA 300 !

NTASANZWE; YAKOZE AMASHANYARAZI ACANIRA ABARENGA 300 !

ВОЕННЫЙ ФИЛЬМ! САМЫЙ ЮНЫЙ ПАРТИЗАН-РАЗВЕДЧИК! МАЛЬЧИШКУ ЗВАЛИ КАПИТАНОМ! Русский фильм

ВОЕННЫЙ ФИЛЬМ! САМЫЙ ЮНЫЙ ПАРТИЗАН-РАЗВЕДЧИК! МАЛЬЧИШКУ ЗВАЛИ КАПИТАНОМ! Русский фильм

igitangaza: umurundi yakoze imodoka itanwa igitoro

igitangaza: umurundi yakoze imodoka itanwa igitoro

Urwaruka nirushake ruze rushika 100 rwose ruzova iwanje rufise umutahe/ama TV yose navuge ibi...🇧🇮

Urwaruka nirushake ruze rushika 100 rwose ruzova iwanje rufise umutahe/ama TV yose navuge ibi...🇧🇮

Umurundi wa mbere akoze i MOTO itanywa igitoro//Uko vyanjemwo//Akabirya nuko//Abayipfuza//Intambamyi

Umurundi wa mbere akoze i MOTO itanywa igitoro//Uko vyanjemwo//Akabirya nuko//Abayipfuza//Intambamyi

Как на самом деле производят древесный уголь. Бизнес с минимальными вложениями. Древесный уголь

Как на самом деле производят древесный уголь. Бизнес с минимальными вложениями. Древесный уголь

Umurundi yakoze GENERATEUR idasaba igitoro//uko vyanjemwo//Uko nabishitseko//Ingorane duhura nazo

Umurundi yakoze GENERATEUR idasaba igitoro//uko vyanjemwo//Uko nabishitseko//Ingorane duhura nazo

Umurwizatunga w'umukenyezi kubera ubworozi bw'INKOKO//Ama MILIYONI ndonka//Uruganda nakoze//BEFA ije

Umurwizatunga w'umukenyezi kubera ubworozi bw'INKOKO//Ama MILIYONI ndonka//Uruganda nakoze//BEFA ije

Ndumuha Holdings, ishirahamwe rya mbere mu Burundi ryubaka rikoresheje ivyuma!

Ndumuha Holdings, ishirahamwe rya mbere mu Burundi ryubaka rikoresheje ivyuma!

© 2025 ycliper. Все права защищены.

  • Контакты
  • О нас
  • Политика конфиденциальности

Контакты для правообладателей: [email protected]