Ndaguhimbaza by Fabrice & Maya |Heavenly Melodies Africa
Автор: Heavenly Melodies Africa
Загружено: 2020-12-31
Просмотров: 84388
Описание:
If you love our music and would like to support us financially consider joining our channel by clicking here / @hmafrica
Or send your donation via Paypal using https://paypal.me/hmafrica?country.x=... Click here to support our ministry: https://hmafrica.uscreen.io/
#Ndaguhimbaza by Fabrice & Maya |Heavenly Melodies #Burundi #Rwanda
Uri Alpha na Omega
We waremye vyose
Tuguhay' ishimwe
Jehovah zina rihambaye
Rek' ishimwe ryawe
Rikwire hose
Ndaguhimbaza
Ur' Imana nkuru
Ntawuhwanye nawe
Mw' isi yose
Urabereye
Uzokwam' uganje
Ku ntebe y'inganji
Yesu ndaguhimbaza
Wicaye mu bwiza
Kandi ijambo ryawe
Ryo rizokwamaho
Wuzuye ubushobozi
Uri Mana yera Man' ihoraho
Ndaguhimbaza
Ur' Imana nkuru
Ntawuhwanye nawe
Mw' isi yose
Urabereye
Uzokwam' uganje
Ku ntebe y'inganji
Yesu ndaguhimbaza
Ur' umwami ibihe vyose, ibihe vyose
Ndaguhimbaza
Ur' Imana nkuru
Ntawuhwanye nawe
Mw' isi yose
Urabereye
Uzokwam' uganje
Ku ntebe y'inganji
Yesu ndaguhimbaza
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: