#Mashariki_TV
Автор: Mashariki TV
Загружено: 2021-04-13
Просмотров: 1240
Описание:
#Burundi #Tuyage #Ubutunzi #Urwaruka
Mu rukurikirane rw'amakuru y'urwaruka ruriko rurakora ibijanye n'ukwiteza imbere n'ugutanga ubuzi, #Mashariki_TV ibashikana mu ntara ya #Rumonge, aho yagendeye Dany Kisembe umusore agendana ubumuga, akora umwuga w'ugushushanya. Dany Kisembe arongoye Ishirahamwe "Art in Life" akaba atubwira uko yatanguye ico gikorwa, ivyo ashushanya, hamwe n'ico uwo mwuga yahisemwo umumariye.
Повторяем попытку...
Доступные форматы для скачивания:
Скачать видео
-
Информация по загрузке: