UMUKUBITO
UMUKUBITO ufasha urwaruka gushira ahabona ivyo bakora mukwiteza imbere biciye mungabire zabo zitandukanye harimwo umuziki,gutwenza,kurima,kworora,ubuhinga bwa none,imico kama,n'ibindi harimwo no kwigira kunararibonye muntumbero yo guteza imbere igihugu ciza c'UBURUNDI.
Our goal is to entertain and educate Burundian Youths through development
INYUNGU za TRUMP kw'ifatwa rya UVIRA//Ivyo TSHISEKEDI atamenye//INTAMBARA y'akarere izokurikira
NELLY NAT yubahutse BIG FIZZO//Ibibazo bafitaniye na KIRIKOU//Kubona yarazimye//Inzigo birimwo
KIDUM avuze kunyifato ya BIG FIZZO kuri KIRIKOU//Inzigo amufitiye//AMACAKUBIRI Yavuzwe BELGIQUE
Umugambi wa COUP d'ETAT kuri PRESIDENT NEVA ugiye ahabona//Uko vyateguwe//Abavyinyegeje inyuma
PRESIDENT NEVA avuze ku MODOKA tuzokora mu BUTARE twuzuranye//UBURUNDI dufise ubutunzi budasanzwe
Ivyinyegeje inyuma y'ifatwa rya UVIRA//Intambara y'uBURUNDI n'uRWANDA igiye gukurikira/Guca KIRUNDO
PRESIDENT NEVA avuze amajambo akomeye kuvyabaye muri CONGO//Ibihugu vya RUTURA biteza akajagari
Intahe y'abarundi BAPFIRA DUBAI//Impamvu ibituma//Kutubaha AMATEGEKO//Amanyanga bakora//Agahinda bi
Akababaro k'ABARUNDI baba DUBAI//Ubuzima tubayemwo//Imishahara duhembwa//Agahinda dufise
UBUZIMA bw'abarundi batwara ama moto i DUBAI//Ingorane duhura nazo//Uko napfunzwe//Amahera dukorera
Intahe y'UMURUNDI dusanze ariko akora IKIYEDE i DUBAI//Ubuzima tubayemwo//Ingorane duhura nazo
Raba UBUZIMA buzimvye bw'abagwizatunga ba DUBAI//IMIDUGA y'akataraboneka//AMAZU y'ibitangaza
Intahe ibabaje ya T WALLY//Barandashe mba IKIMUGA umugore arampeba//Abaganga bavuze ko ntazobaho...
UBURYOHE BW'UMUGORE AVYIBUSHE//ICO UMUGABO WANJE ANKUNDIRA//UBUKEREBUTSI DUFISE//ABATUVUGA NABI..
PRESIDENT yuguruye ihinguriro rikora IMPUZU za GISIRIKARE//Ama miliyaridi ryatwaye/Inyungu ku GIHUGU
Intahe idasanzwe k'ubuzima bwa Président MICOMBERO//UBWICANYI bwabaye muri 1972//Plan SIMBANANIYE ya
UMUGWIZATUNGA w'akataraboneka//Ndarima nkahingura ivyimbugwa//Ama MILIYARIDI nkuramwo//SAFIBU n'uru
Ntaco asigarije abari i DUBAI//Ivyo babahenda//Ubuzima nyakuri babamwo//Ico HOLY TRAVEL iba
ECONET isubiriye gutanga UMUDUGA//Birakunda ko uva mu bukene ukaba umutunzi//Uko bigenda//Akabirya
UMUNYAMULENGE ntaco asigarije MBAYAHAGA//GENOCIDE yagirizwa UBURUNDI muri CONGO//Uruhara rwa KAGAME
Kuja kwiga CHYPRE vyorohejwe//Uronka BOURSE ya 100%//Uburusho buhari k'uwugiyeyo//Inyungu ku BURUNDI
Umuririmvyi wa mbere afise inzu nziza mu BURUNDI//Naragowe ndi mu mahanga/Kugira ndabishikeko/Inguvu
RUFYIRI avuye mu gacerere//Batureke tuvuge ibitagenda neza//Uruhara rwa SOCIETE CIVILE kwiterambere
MBAYAHAGA ntaco asigarije FAUSTIN NDIKUMANA//Kwubahuka kugaya PRESIDENT//Abamutuma kuvuga birya
PRODUCER wa AHA NIHE avuze amajambo akomeye kuri KIRIKOU//Uruhara rwa DOUBLE JAY na DJ FERNANDO
DIABETE iramaze abantu k'UKUTAMENYA//Abagabo irabakura kuburiri//Ingene yica amafyigo//Uko woyirinda
KIRIKOU avuze amajambo akomeye atsindiye IMODOKA//Nahora ngenda n'amaguru//Kera baransuzugura ariko
PRESIDENT NEVA avuze ama miliyoni y'ama DOLLARS yinjiye avuye mu BUTARE//Amahinguriro tugiye kwubaka
RASKO ashize hanze ukuri kwose//Amanyanga yinyegeje inyuma ya burya busuma//Kurenganya urya mwana
NELLY NAT atanze umuco kuri camera zibwe//Escroquerie mushiki wa shetani yakoze/Gufungisha uyu mwana